Books tagged: kirundi ebooks

These results show books which have been specifically tagged with this keyword. You can also try doing a general search for the term "kirundi ebooks" .
You may also limit results to books that contain two tags.
Some content may be filtered out. To view such content, change your filtering option.

Found 9 results

Ico Bisigura Gucika Umwungere
Price: $8.00 USD. Words: 27,440. Language: Kirundi. Published: April 5, 2019. Categories: Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Ministry / Pastoral Resources
Ikintu Kimwe kiza kuri wewe mugihe wumvise ijambo "Umwungere" canke Intama! Intama n'igikoko gikeneye umwungere. Umwungere nu witaho, Agakunda kandi Akarinda Intama. Muri Bibiliya, Imana itugereranya Nk'intama zomucanya cayo. Yesu kandi yabwiye Petero Intumwa kugaburira Intama ziwe mukwerekana urukundo afise Ntumukiza. Kuba umwungere n'igikorwa gikomeye cane. N'icubahiro guhamagarwa n'Imana ikag
Ubushobozi bw'Amaraso
Price: $7.00 USD. Words: 11,200. Language: Kirundi. Published: March 28, 2019. Categories: Nonfiction » Religion & Spirituality » Biblical Studies / Jesus, the Gospels & Acts, Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Life / Spiritual Warfare
Bibiriya iravuga kumaraso atandukanye: amarasi y'impene, amaraso y'intama, amaraso y'inuma! Bibiriya kandi iravuga neza ko iyo amaraso adasheshwe atakubabarirwa ivyaha. None birashoboka ko amwe muri aya maraso atandukanye yokura ivyaha? Inyishu ni Oya yinguvu! None Niki coshobora kutwoza ivyaha vyacu? Ntanakimwe, Atari amaraso ya Yesu Kristo! N'amaraso ya Yesu yonyene afise ububasha bwo kwoza ivya
Guharira Bituma Vyoroha
Price: $2.50 USD. Words: 3,360. Language: Kirundi. Published: March 28, 2019. Categories: Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Life / Relationships, Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Church / Growth
Kandi nimwahagarara musenga, nihaba hari ico mupfa n'uwundi, mukimuharire, ngo So wo mw'ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu; ariko nimutãharira abandi, na So WO mw'ijuru ntazobaharira ivyaha vyanyu' (Mariko 11:25-26) Mbe iyi mirongo ibiri iragutuma ujugumira?  Inyishu yawe iri hano. Muri iki gitabo gikenewe cane, uriga Guharira vyoroshe - kugira nawe uzunezerererwe guharirwa na Data. Iki gitabo k
Ingene Woba Umukristo Akomeye
Price: $7.50 USD. Words: 19,490. Language: Kirundi. Published: March 28, 2019. Categories: Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Life / Spiritual Growth, Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Ministry / Discipleship
Warakiriye Yesu Kristo nk'Umwami wawe n'Umukiza wawe warakijijwe! Uri umu Kristo yavutse ubwa kabiri kandi izina ryawe ryanditse mu gitabo c'ubugingo. Ikibazo cawe ni : "Ni iyihe ntambuko ikurikira nofata?"  Gucika umu Kristo ni intambuko nziza, ariko ni intango gusa. Ukwiye kandi gucika umu Kristo mwiza kandi akomeye. 'Ni gute rero nkor'ivyo?'- Muri iki gitabo ciza cane, uriga intambuko wofata
Ni Ikintu Gihambaye Gukorera Imana
Price: $8.00 USD. Words: 13,620. Language: Kirundi. Published: March 28, 2019. Categories: Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Life / Inspirational
Ushobora kuba warumviseko ari ikintu gihambahe gukorera Imana; ariko ushobora kuba utashoboye kumenya neza ingene bihambaye gukorera Imana  Umwami wacu. Muri kino gitabu nyene  ca Dag Heward Mills uzotahura uwo umukozi w Imana ari we n'ingene wokorera Imana.  Ko womenya vy 'ukuri itandukaniro riri hagati y 'abakorera Imana n'abatayikorera!  Ko woshirwa mu mugwi w 'abakorera Imana! 
Imfunguruzo  Z ’ Ibiri Vyo ku Bizeye Bashasha
Price: $2.50 USD. Words: 5,490. Language: Kirundi. Published: March 28, 2019. Categories: Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Ministry / Discipleship, Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Life / Spiritual Growth
N’ivy’akamaro  k’umuristo mushasha ko atahura imfatiro z’agakiza kabo kandi akiga amategeko atwara ubuzima bwabo bushasha. Imfunguruzo z’ibiri vyo ku bizera bashasha zasizweho kugira rishike ku gikenewe kandi bironse umushinge ku bakristo bashasha ngo bagendere muntsinzi mu kwizera kwabo gusha.
 Abandi...
Price: $5.00 USD. Words: 10,850. Language: Kirundi. Published: March 28, 2019. Categories: Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Life / Inspirational
Bibiliya iduhanura iti : "Umuntu wese ntiyiyumvire ivyiwe gusa, ariko yiyumvire n'ivyo abandi" (ABO I FILIPI 2:4). Muri iki gitabo c'igihe, Dag Heward-Mills araguhambarira ngo urengere kwiyumvira ivyawe gusa ariko wiyumvire n'abandi nabo! Baho kubw'abandi nabo!  Yesu yaje kudupfira kuko yiyumviriye "Abandi". Nshaka kuba cane nkawe. Nawe urashaka kuba nka Yesu?
Benshi Barahamagawe
Price: $10.00 USD. Words: 30,520. Language: Kirundi. Published: March 28, 2019. Categories: Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Life / Inspirational
Kenshi turategwa intege iyo twiyumviriye ko "Benshi bahamagawe". Tugaca ducika intege vuba cane iyo turimbuye ko "...Bake batoranijwe". Ushobora kuba muri benshi bahamagawe no muri bake batoranijwe hamwe iki gitabo wokigira igihande co mu buzima bwawe. Muri iki gitabo ciza cane canditswe na Dag Heward-Mills, uzobimenya uravye muri Bibiliya igituma wovuga ushize amanga ko wahamagawe. Uzomenya ibi
Guca ubwenge nk’inzoka bisigura iki
Price: $12.50 USD. Words: 26,240. Language: Kirundi. Published: March 28, 2019. Categories: Nonfiction » Religion & Spirituality » Christian Life / Inspirational
Yesu yavuze : Mugire ubwenge nk'inzoka, mumere nk'intuma ata gasembwa. Mbe inzoka ziraciye ubwenge vy'ukuri? Kuki Yesu atanga impanuro nk'iyo? Ja mu rugendo ufatanije n'iki gitabo ca Dag Heward-Mills, wibonere ubwenge bunyegeje bw'inzoka.
Also check out some similar keyword tags authors have used: